Iyi minsi 2 iheze ntivyari vyoroshe kubera ivyavuye mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya « Miss Burundi 2022 ». Mudukundire tubigarukeko kandi…...
Nta nkeka ko bamwe bibuka ibiteramo vy’urwaruka rwitunganiriza imigambi vyagiye biraba hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura kuva mu 2018. Bwari...
Pascal ni umwe mu banywanyi ba koperative y’abanyonzi b’amakinga, mu gisagara ca Bujumbura. Uno munsi arahimbawe cane n’uko ashobora kwirangurira imigambi kuko...
Ryabaye ihumure ku barimyi n’aborozi kwumva ko bagiye guhora bahabwa ingurane izorihwa ku bice 8%. Bamwe mu banyagihugu bo mu ntara z’uburengero...
Jackson Quincy Nahayo, yize ivy’ubuganga, yatashe i Burundi avuye mu gihugu ca Canada mu 2015. Yahise yubaka ibitaro ku mutumba Gasenyi asanzwe...
Nimba hari isoko ivumye cane muri Afirika ndetse no mu Burundi hadasigaye inyuma, ni iyijanye n’urudandazwa rwo guhanahana amafaranga biciye kuri terefone....
Ni kubera iki bahurumbira igisata c’uburimyi? Vyoba ari vyiza cane twishuye ico kibazo dukoresheje ibiharuro vyavuye mu vyigwa vyakozwe. Muri iyi inkuru...
Inzahabu ziza kw’isonga mu bidandazwa Uburundi bushorera hanze, ku rugero rw’ibice birenga 50% mu gihe ivyinjizwa mu gihugu vyo vyiganziwe n’ibitoro ku...
Nimba hari urwaruka ruzwi cane ku murwa mukuru wa poritike ruri mu muvuduko udasanzwe mu bikorwa vyo kwiteza imbere, uretse uwatanguje Gasape,...
Ubuheruka, mu kwezi kwa gatatu, Jimbere yari yashize ahabona ibiharuro vyerekana ingene mu ntara zo mu bumanuko bw’igihugu c’Uburundi ingurane zitangwa. Mu...