Mu gihugu ca Uganda havugwa umugore yashurashujwe n’abagabo 15 mu mwanya umwe. Na yo muri Tanzaniya, umunyamahanga yafatanywe ikarata karangamuntu atabifitiye uruhusha...
Habib Nsikonenne ni umugwizatunga wo mu gihugu ca Uganda mu gace kitwa Mukono akaba yamenyekanye ku munsi w’ubugeni bwiwe aho yubakanye n’abagore...
Mu gihugu ca Uganda ibitigiri vy’abagabo bashaka ko bakorerwa ibipimo kwa muganga kugira bamenye nimba vy’ukuri ari ba se w’abana babo bibandanya...
Muri Uganda isabukuru ya Jenerali Muhoozi yarayazwe ryongera rirayagwa Isabukuru y’imyaka 48 ya Jenerali Muhoozi Kainerugaba, imfura ya Yoweri Museveni arongoye igihugu...