Iyo Logiciel yayitunganije yisunze itegeko ryo ku wa 03 Ntwarante 2016 rigenga itozwa ry’ikori ry’Agataka ryinjira mu kigega c’amakomine mu Burundi. Ipfunyapfunya...
Mu makuru yaraze iyinga iheze, haravugwa abanyeshure 15 barahagaritswe n’igiporisi kubera gutera akajagari no guturira inzu y’umwe mu barezi muri Tanzaniya, ibiciro...
Nta kazi kakiboneka mu bafundi bubaka amazu mu gisagara ca Bujumbura. N’aho kabonetse bahembwa intica ntikize. Ivyo bigaterwa n’uko abubaka amazu batakironka...
Ni urwaruka rungana rute rw’abarundi ruzi ibahasha y’amahera y’amarundi arenga imiriyaridi 2 ? Ikigega kijejwe gushigikira no guteza imbere imigambi y’urwaruka «FIGA»...
Imigambi mitomito ishika 8.283 ni yo abakenyezi barenga 10.000 bamaze kwitunganiriza babifashijwemwo n’ishirahamwe Foi en Action (F.A) mu ntumbero yokurondera kwiteza imbere...