Izo ngo zo muri Gatumba, Rumonge na Nyanza-Lac zarataye ziromoka bivuye ku myuzurira yatewe n’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika n’isesa ry’amazi ya Rusizi....
Kurandurana n’imizi inda z’indaro mu mashure gushika ku rugero rw’ibice 0%, ihangiro rya FNUAP n’Ubushikiranganji bw’Indero, niryo ryari ishimikiro ry’ikiganiro cariko kiraca...
Urumva nyene, ni za nyama, za papayi, ya mavoka, na wa mukeke muzi. Dani-Kasembe, umuhinga-munyamyuga wo mu ntara ya Rumonge abishushanya mw’ibumba...
Kw’igenekerezo rya 13 Ruheshi, “Abakenyezi b’intwari bibagiwe” bagendeye intara ya Rumonge. Abatware n’abatwarwa barakengurutse cane. Biyemeje na bo kubumbatira amahoro, n’ugushikiriza abandi...