Mu ntumbero yo kurabira hamwe ingene hoduzwa umwimbu w’icayi kandi c’akanovera n’igiciro caco kidasigaye inyuma, amashirahamwe, rimwe riraba ibijanye n’icayi mu Burundi...
Icayi ni kimwe mu biterwa njabukamazi abarimyi bada-hurumbira cane bivanye nuko agahembo bakuramwo ari intica ntikize. Abarimyi baragerageza kuja hamwe bakagira amakoperative,...
Kw’isoko mpuzamakungu y’icayi iri Mombasa muri Kenya, gushika ubu, Uburundi buza mu kibanza ca kabiri mu bihugu bishika icenda vyo mu karere...