Utumwanya tutabora hamwe n’amacupa ya plastike atekerwa mwo amazi n’imitobe y’ubwoko butandukanye bitabwa aho ari ho hose, biri mu bibangamiye ibidukikije. Ariko...
Kubw’inyota y’urupapuro rw’umutsindo rwo mu gisata c’ubuvuzi, Thérence Nzeyimana yaranangiriye gushika arushikiriye. Ntiyakanzwe imvi, intambara canke amajambo y’abantu. Yagumye ku kagumye gushika...
Ni umwe mu vyitegererezo vya Komine Mubimbi bivuye ku kuba yarashoboye gukora isamirizi mu mwaka wa 2017, isamirana ku birometero 16. Ku...
Mu gihe ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana «Mukenyezi Iteze imbere» ryo ku musozi wa Ntega, ryari rizingamitswe n’amadeni atishurwa, Violette Mukagatare yaribereye...
Saïdati Iradukunda ni umukuru w’ikaritiye yo ku Ntega, uwo mukenyezi ntarera amaboko ahubwo akora utuntu twinshi: arafasha mu guhereza ibikoresho abafundi bubaka...
Biciye mu gufashanya, ukuguranana hamwe No mu bikorwa rusangi, abanywanyi b’urunani rw’amashirahamwe yishinze guteza imbere urwaruka CPAJ rwo muri komine ya Ntega,...
Epitace Nijimbere, imboneza mu rwaruka yatowe n’urunani rw’amashirahamwe y’urwaruka ruri ku kivi (REJA) ku bw’ibikorwa vyiwe vyiza akora vyigaragaza mu kibano c’i...
Uburundi bugiye kwongera kwifadikanya n’ibindi bihugu vya Afririka mu kwitabira Isabukuru igira 13, ihuza abaririmvyi b’imboneza mu gutsimbataza akaranga nyafirika(Sica) izobera mu...