Mu mwaka w’ishure wo mu 2018-2019, abigeme 1.268 baratwaye imbanyi batifuza mu mashure atandukanye ari mu Burundi. Biri mu cegeranyo cakozwe n’ishirahamwe...
Ni urwaruka rungana rute rw’abarundi ruzi ibahasha y’amahera y’amarundi arenga imiriyaridi 2 ? Ikigega kijejwe gushigikira no guteza imbere imigambi y’urwaruka «FIGA»...
Imetero kwadarato zine (4m2) Ku banyeshure 8! ni ivy’ukuri, Kanyare na Mugoboka ni karitiye zirimwo abanyeshure bavuga ko baba muri “Pavillon ya 14 na...
Ku myaka indwi gusa! Espérance niho yatangura gusoma ubwa mbere ku nzoga bita Camudiho, iyo nayo ni imwe mu nzoga zengerwa hagati...
Kuryamana n’umwigisha kugira uronke amanota. Guhitamwo kwikurako ubuntu kugira ntusibire mw’ishure… ivyo bintu rero nimba bibaho mu mashure y’intango na za Kaminuza...