Ishirahamwe Pax Christi International rifadikanije na Horana Iteka VMIA baratunganije kuva igenekerezo rya 25 gushika irya 27 Ndamukiza 2024 mu Ruyigi inama...
Abakenyezi 1.007 ni bo bari mu mabohero atandukanye, aho abagera 253 bafungiwe mu mabohero afungirwamwo abakenyezi n’abigeme i Ngozi n’i Muyinga. Ibohero...
Kuri uyu wa 8 Ntwarante 2024 i Gitega, hari haramutse hahimbazwa umunsi mukuru wahariwe agateka k’abakenyezi. Mu gihe Uburundi bwari bwifadikanije n’amakungu...
Buri mwaka, ku wa kane Ntwarante ni umunsi wahariwe ukugwanya ikubagurwa rishingiye ku gitsina. Uwo munsi ushitse mu gihe icegeranyo c’ishirahamwe UNFPA...
Mu Burundi abakenyezi n’abigeme barahohoterwa mu buryo butandukanye bagasinzikarizwa umubiri, bagaturubikwa canke bagasuzugurwa haba mu ngo, mu kibano eka mbere no mu...