Kuri Roi Khaled, umuvyeyi yavyaye umwana w’umuhungu akomeye ariko baca bamuha uwapfuye. Magingo bagomba baje gushingura, basanga babahaye ikiziga c’umukobwa, niko kwiha...
Bamwe mu bahuza bo mu makaritiye yo mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko, nko ku manza zitanu bakira ku munsi, zitatu usanga...
Wizeyimana Roland, umutama w’imyaka 69 agenda arazunguruka intara z’Uburundi ajisha yongera agurisha inderuzo ku bazikeneye. Inderuzo imwe ayigurisha amafaranga y’amarundi ari hagati...
Abavyeyi bo mu Buyenzi bariruhutsa ko, kwa “Mukono” hugawe. Hari abavuga ko abagabo n’abigeme bamwebamwe batari bakibarizwa mu mihana i wabo ku...