IKIRUNDI
« Uwudafise ico akora wese si umurimyi, kurima ni ivy’abahinga »
Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umuhinga w’indimi akaba n’umwigisha wa Kaminuza y’Uburundi, yunganirwa na Cyriaque Ntaconzoba, akora mw’ishirahamwe UHACOM rihurikiyemwo abarimyi, hari...