Ubutungane
Ivyakorewe umunyamigambi Ndayihimbaze Isaïe : ishusho y’ubutungane mu Burundi
« Iyo utanguye gutera imbere ukiri muto, haba hamaze kuza abandi bagusumba bashaka kubitwara… ». Mu ntahe ashinga, uyu musore w’umunyamigambi aherutse kurenganurwa n’umukuru...