Hari imigirwa 3 ikomakomeye kandi itigera ihara ku munsi w’urubanza rw’ubugeni cane cane mu ntara z’uburaruko w’Uburundi : gutanga ikibunabuno, gupfumbatisha uwazanye impfizi...