Mu mafaranga Reta y’Uburundi yategekanya gukoresha mu mwa-ka wa 2019-2020, amafaranga y’amarundi angana n’imiriyarindi 29,1 yari agenewe amakoperative Sangwe yo ku mitumba...
Pascal ni umwe mu banywanyi ba koperative y’abanyonzi b’amakinga, mu gisagara ca Bujumbura. Uno munsi arahimbawe cane n’uko ashobora kwirangurira imigambi kuko...