GUPAGASA
Abakorera kw’ibarabara RN1 rigana ingoro y’umukuru w’igihugu basabwa kwitegurira kwimuka
Inyuma y’iminsi mike ihaciye huguruwe ingoro y’umukuru w’igihugu iri mu Gasenyi mu gisagara ca Bujumbura, abantu bandira utuntu kw’ibarabara (RN1) basabwa n’umukuru...