Muri Uganda : « Rolex » yaduze igiciro. Imodokari 3 zarahiye ziratokombera mw’isanganya ry’umuriro mu Rwanda. Muri Kenya, abantu 6 barahitanywe n’imyiyerekano yo kwiyamiriza iduga...
Ng’izi inkuru nkurunkuru zivugwa mu karere kur’uyu wa 16 Rusama 2023, zatororokanijwe n’Uruganda rwa Jimbere Mu nama nshingamateka yakoranye ku wa 12/05/2023,...
Kwiyamiriza abasoda ba MONUSCO biguma bihitana abantu muri RDC Abantu batatu barishwe barashwe ku musi w’Imana 31/07/2022, mu karere ka Beni, ku...