Amahera ngo uyirukanze inyuma aragusiga. Ariko witunganije neza ukiga umwuga canke ukitunganiriza umugambi, ni yo asigara akurondera. Iryo ni ibanga rya Thérence...
Naho gushika ubu hakiri abatari bake mu rwaruka rw’abanyeshure bagitwikiriwe n’igitutu c’uko bakirangiza amashure bazohita baronswa akazi na Reta ivyo bikabatera kuguma...