Kudahabwa agaciro aho baherereye, kubura vyankenerwa, kwiga ntibaronke ubuzi, ni bimwe mu bibazo abagendana ubumuga bagira bigatuma batiga ngo batere intambwe nk’abandi....
Muri uwu mwaka w’ishuri wa 2019-2020, ibitigiri vy’abanyeshuri vyitezwe bo mu mashuri shingiro n’ayayakurikira birenga 3 000 000. Aho harimwo abashika 2 900 000...