AKAHISE
« Gushika kuri Repuburika ya mbere, kwubakana hagati y’abadasangiye ubwoko vyarakorwa kandi cane… »
Ku kibazo c’uko kwubakana hagati y’abadasangiye ubwoko vyoshobora gutera ingorane kubw’ibikomere biri mu mitima bituruka ku bihe bibi vya kahise Uburundi bwahitiyemwo,...