Mu Burundi ibiharage biri mu biterwa birimwa cane ufatiye ku buringanire ibiterwa birimwako. Ikigo ISTEEBU cerekana ko mu mwaka wa 2019, ico...
Igiterwa c’ibiharage kiri mu mugwi w’ibinyamukerera kirimwa mu ntara zose z’Uburundi. Ibiharage biharimwa biri mu bwoko 3: ibiharage bigufi bitagira imitwe, ibiharage...
Mu Burundi, ibice 60% vy’abantu bafungura nabi. Kubw’ivyo, mu ntumbero yo kugwanya ugufungura nabi, ikigo ISABU carakoze ubushakashatsi bwatanguye mu mwaka wa...