Mu ntumbero yo guteza imbere, kumenyekanisha no guhesha agaciro ingoma z’Uburundi nk’uko biri mu mahangiro ryihaye, ishirahamwe « Focus on Culture Life », ryaratunganije...
Abantu benshi barakunda umurisho w’ingoma y’Uburundi. Ikivyemeza ni uko mu 2014 yashizwe mu mugwi w’ibigize itunga rusangi kw’isi yose. Ariko burya ngo...