Nimba hari urwaruka ruzwi cane ku murwa mukuru wa poritike ruri mu muvuduko udasanzwe mu bikorwa vyo kwiteza imbere, uretse uwatanguje Gasape,...
Ku murwa mukuru mushasha w’Uburundi, ivoka ni irya mbere. Ni icamwa gifungurwa n’abantu benshi baba abo mu gisagara canke abo mu mitumba....
Vyaraye bibaye kuri uwu wa 9 Munyonyo aho abasore Daniel Kibamba, Don Kevin Habonimana na Hervé Ndayishima baronswa udushimwe kubw’ibicapo vyabo vyayaze...
Kw’igenekerezo rya 11 Mukakaro, igitabo cari kigeze mu ntara ya Gitega. Abakenyezi baho ngo bazobumbatira amahoro nk’uko Eugénie Bancako na Zenayidi Nagashira...
Mu gihugu hagati wumva bavuga ko « bose bumvise uyu canke uriya, umugenzi w’umugenzi, gisanira, umubanyi »… Ku bisigaye bose ni nwe...