INYUBAKO
« Natwe nibadufate nk’uko bagize abahora baba ahubatswe ingoro y’umukuru w’igihugu »
Abafise amaparasera mu mahegitari 160 yegereye ingoro y’umukuru w’igihugu, muri karitiye Gasenyi iri mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko imizibukiro bemerewe kuronswa...