Wari uzi ko abakoroni aribo bahaye ikiyaga Rwihinda, izina rya « Lac aux Oiseaux »? Sobanukirwa amamuko n’urukurikirane rw’amazina yagiye ahabwa ico kiyaga gifise...
« Ehe wa mugabo afise imodoka isharizwa! » Uko ngo ni ko Mwigisha Fleury Nahimana ahora yumva bavuga bamuroreshako mu gushaka kuvuga ko afise...
Mu mwaka w’ishure wo mu 2018-2019, abigeme 1.268 baratwaye imbanyi batifuza mu mashure atandukanye ari mu Burundi. Biri mu cegeranyo cakozwe n’ishirahamwe...