Amashure amwe amwe atagira uburaro usanga ata bwogero afise kugira ngo abana bagire isuku rikwiye iyo bavuye mu bikorwa vyo kwinonora imitsi....
Mu gihe abavyeyi baba bahagaritse kwambika umwana ivyo kugumya umukoyo, aho twovuga ivyahi canke ama « pampers » hanyuma umwana akabandanya yonona aho aryamye...