Ku murwa mukuru w’intara ya Kirundo, izina rya Goreti ryaramenyekanye nabi, ivyo bikaba vyatanguye kuva mw’ijoro riraho ryo mu kwezi kwa myandagaro...
I Burundi inzoga nyinshi zikozwe mu buryo bwa kavukire. Kandi zica zija kudandarizwa ahabona. Izo nzoga canecane zikozwe mu bitoke nk’isongo canke...
Murengeza ni agacimbiri kamwe muri twinshi tugize komine ya Mpanda mu ntara ya Bubanza. Abantu bamwebamwe baho babonye umuceri wamuje amaganya n’agahinda...
Igitigiri c’abo twashoboye kwumva bemerera abanyeshure amanota kuko baryamanye ni bake cane ugereranije n’uko biri. Kenshi na kenshi usanga babivuga nk’ibanga nk’igihuha...
Ku murwa mukuru w’intara ya Ruyigi, Fidela ni izina abavyeyi bakoresha bagomba kubuza abakobwa babo kugiriranira imimenyerano n’abigisha babo.Abarezi ni na ryo zina risigura...