Itororokanirizo ry'ivyatohojwe
Imigambi y’inkoramutima 7 yashigikiwe n’ubuserukizi bwa UE mu Burundi
Kuva kuri uwu wa 19-20 Munyonyo 2020, umuserukizi wa UE Burundi afadikanije n’abaserukizi b’ibihugu vy’Ubudagi, Ububirigi, Ubufaransa hamwe n’Ubuhorande baragize urugendo mu...