UBURIMYI
TAPSA: umugambi muzima mu burimyi bugwiza umwimbu kandi butonona isi, ibidukikije n’amagara y’abantu
Kuri La Détente mu gisagara ca Bujumbura, itariki 12 na 13 Mukakaro 2022, hariko harabera uruganda rwo gusozera ikiringo c’imyaka ine umugambi...