Ikiyago ca kane kur’uwu wa 8 Myandagaro 2024 ca rya sekeza ngarukamwaka Curijambo, cari gihariwe amajambo akoreshwa mu bisata vy’ibikorwa mvabwenge (arts)...
Iyi minsi 2 iheze ntivyari vyoroshe kubera ivyavuye mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya « Miss Burundi 2022 ». Mudukundire tubigarukeko kandi…...