Ime! Erega n’ubu mutembereye harya mwize utwo tujambo turacakoreshwa!Eka mbere namwe iyo muteramiye hamwe, usanga aritwo muyaga. Burya rero ni kwo vyama....
Ishuri ry’akarorero rya Ngagara ni ryo ryabaye irya mbere mu mashuri yose yo mu Burundi mu kibazo ca reta gitanga uburenganzira bwo...
Inyuma y’ukwezi kurenga umwaka w’ishuri wa 2019-2020 utanguye, abanyeshuri barenga 1000 ni bo biyandikisha kw’ishuri Foreami. Abashika 45 muri bo, bagendana ubumuga...
Kw’igenekerezo rya 11 Gitugutu hama hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigeme. Ivyo biri uko mu gihe aho hambere hahise, abakobwa batafatwa kumwe n’abahungu....
Mu gihe umwaka w’ishuri wa 2019-2020 buca utangura, urunani rw’amashirahamwe 8 y’urwaruka rufise umutima w’impuhwe rwatunganije igikorwa c’isekeza bise «Korako» mu ntumbero...