INYUBAKO
Fablice Manirakiza: « Jewe nta n’urwasha narishe kirya kibanza. Kandi si n’icanje. Nimushimire Reta »
Reta y’Uburundi yarahaye uruhusha ishirahamwe ubuka Nation Group rwo kuwubaka ahahoze isoko nkuru ya Bujumburu ahategekanijwe gutunganywa gushasha ngo habe ikibanza gikuru...