Ugira gutya ukumva ngo umuntu yatanze ubutumire igihumbi bw’abazomuzira mu rubanza, ariko ugasanga nyene urubanza mu buryo bwiwe ntashoboye no kuzimana abantu...
Iyo ici rituritse, imanza ziba nyinshi, aho umuntu umwe ashobora guhurirwako n’ubutumire burenga 20 mu kiringo kimwe, uno nawe akibaza uwo yoterera...