UKUBANA
« Iyaba ururimi rw’ibimenyetso rwigwa na bose, abadashobora kwumva no kuvuga boshikirije akari ku mutima »
Naho ata bibitigiri vy’abagendana ubumuga bwo kutumva birakorwa mu Burundi, haribonekeza mu ntara zose abana bafise ubumuga bwo kutumva no kutavuga. Ni...