Imboneza z'Abakenyezi
Burundi: Iminsi 16 abashingwamanza b’abakenyezi bari mu rugamba rwo kugwanya amabi afatiye ku gitsina
Mu minsi 16 urwego rw’abashingwamaza mu gisata c’abakenyezi rwamaze rwumviriza, abashikiwe n’amabi afatiye ku gitsina, abashika kuri 3 bahuye n’amabi yo gufatwa...