Jimbere

Kirundi French

Firmin Ndagijimana

Firmin Ndagijimana yavukiye mu Kirundo mu 1991. Yize guhindura indimi, kwandika no gucura amajambo mashasha (Traduction-Rédaction et Terminologie) mu gisata c'indimi, imico n'akaranga nyafirika kiri muri Kaminuza y'Uburundi. Umwuga wo kumenyesha amakuru yawutanguriye ku nsamirizi Nderagakura aho yahakora yimenyereza umwuga mu gisata c'igiswahili. Munyuma yahavuye aja gukorera mu kinyamakuru Jimbere Magazine, aho ubu akora ari umwanditsi w'amakuru akaba n'umuhinduzi w'indimi.

Posts By Firmin Ndagijimana

More Posts
To Top