Umwihwezo ku mfungurwa zigaburirwa abantu bari hamwe
Mu bona gute hamwe twotereza akajisho ku bifungurwa bitekwa ku mashure y’uburaro, ku mashure y’akarorero, mu bigo vya Kaminuza canke vy’igiporisi n’igisoda? Biroroha cane kuganira n’umurundi ibijanye n’ibinyobwa anywa, ariko kwubahuka kumubaza ivyo afungura bisa n’ugushira isoni. Ku bijanye n’ivyo abaporisi n’abasoda bafungura, ho ni ibindi. Ntibivugwa. Imfungurwa z’abajejwe umutekano « Umuceri n’ibiharaga ku murango, … Lire la suite de Umwihwezo ku mfungurwa zigaburirwa abantu bari hamwe
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer