Umuvyeyi ni ntasubirizwa mu buzima bw’umwana

Umwana wese afise uburenganzira bwo kubana n’abavyeyi biwe mu gihe bakiriho nkuko amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana abivuga mu ngingo yayo yi 9. Ariko n’ubwo biri uko, haracariho abana bataronka ubwo burenganzira… David avuka mu ntara ya Gitega akaba afise imyaka 17. Kuva akivuka kugeza magingo aya arezwe na inakuru. Uwo mwana rero ngo igihe … Lire la suite de Umuvyeyi ni ntasubirizwa mu buzima bw’umwana