Mu Burundi, abakozi bo mu gisata c’ikawa baridoga kuba badahembwa ku gihe

Kw’igenekerezo ryo ku wa 1 Gitugutu uko umwaka utashe, isi yose irahimbaza umunsi wahariwe igiterwa c’ikawa. Ubu rero, uwo munsi ushitse humvikana imyidogo  ivugirwa mu bwongoshwa  ishingiye ku kudahembwa ku gihe kw’abakozi bo muri ico gisata hamwe n’amafaranga make ariko aratangwa kuri ico giterwa gisanzwe kinashorerwa hanze ku rugero rw’ibice birenga 60%. Abarimyi bakorera mu … Lire la suite de Mu Burundi, abakozi bo mu gisata c’ikawa baridoga kuba badahembwa ku gihe