«Gukinda birabaho kandi bisaba ubuhinga bukomeye»
Hari abakinda bagaramye, abakinda badida udutsintsiri hasi hakaba n’abadida inkokora n’agakomokomo hasi. Mu gihe abandi bahinga bishimira imyuga yabo, bakayishimira mbere bagatunganya n’ibiteramo kugira ngo bagaragaze impano zabo, abakinzi bavuzwe kuva kera ariko baguma mu kinyegero. Naho biri uko, ngo bafise ubushobozi budasanzwe kandi baracavugwa n’uyu munsi … Mu matohoza yagizwe na Lucie Nakamano, mu … Lire la suite de «Gukinda birabaho kandi bisaba ubuhinga bukomeye»
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer