Thomson yoba igiye kutwibagiza umukeke?

Abatari bake mumenyereye Thomson ari izina ry’umuntu. Ariko ubu ni Thomson izina ry’ifi. Iyi fi iriko irahurumbirwa mu gisagara ca Bujumbura. Mbere ngo iriko iratwara isoko umukeke kubera igiciro cayo kitavuna. None Thomson iva he? Ubu bwoko bw’ifi ya Thomson burobwa mu mabahari (Océans). Nyinshi mu zishika i Bujumbura ngo ziva i Mombassa zikaza zitekeye … Lire la suite de Thomson yoba igiye kutwibagiza umukeke?