Njebarikanuye : « Izo ndimi zitaratorerwa amazina ni muzigeze aho ! »

Mw’ikete rya kabiri, Njebarikanuye yaramutse yidodombera « itituka » ry’ururimi rw’ikirundi mu mvugo canke mu nyandiko, na cane cane mu bimenyeshamakuru. Majambere, mwananje nkunda cane, Mbanje kukuramutsa ndakwipfuriza kurambira mu kazi ko kumenyesha amakuru numvise usigaye ukora. Uzokaronkere mwo ivyiza wipfuza, kandi niwigenza runtu nta nkeka uzobishikako. Kibondo canje, urazi ingene nakureze. Wakuriye mu ndero … Lire la suite de Njebarikanuye : « Izo ndimi zitaratorerwa amazina ni muzigeze aho ! »