« Mutombola n’abahungu biwe bagiye kuturwaza umutima »

Iyo n’inyishu Kenny yatanze abajijwe ukuntu yakiriye résultat y’urukino hagati y’Uburundi na Centrafrique. Yongera ati : « Jiwaze, depuis la qualification historique, intamba zacu zikubitwa nkizidahari. Muri CAN twavuyeyo avec 0 but et 0 point. Muri eliminatoires za Coupe du monde, zarinanase turanganya na Tanzania ariko nubundi zaruhiye kuvayo. N’ubu twari twizeye gusubira muri CAN 2021 … Lire la suite de « Mutombola n’abahungu biwe bagiye kuturwaza umutima »