Ico vyasigura « kurya umwaka » ku barundi
Ibiringo bibiri nyamukuru vyari bigize umwaka vyatandukanywa n’ibiterwa bibiri bifise akame ka Afirika, ivyo biringo bikaba vyari igenywa ry’uburo mu kwezi kwa ndamukiza na rusama n’ibiba ry’amasaka mu kwezi kwa kigarama. Ubwambere, « umwaka » bwari ubutsima bw’ingano bwafungurirwa mu muryango, baca bavuga ko «bariye umwaka». Urugo rwose rwakoresha uburo bweze ubwambere mu mirima, canke … Lire la suite de Ico vyasigura « kurya umwaka » ku barundi
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer