Ashushanya inyama n’ivyamwa bikozwe mu masashe n’impapuro. Birasize ubwenge

Urumva nyene, ni za nyama, za papayi, ya mavoka, na wa mukeke muzi. Dani-Kasembe, umuhinga-munyamyuga  wo mu ntara ya Rumonge abishushanya mw’ibumba akura mu nkaratasi, nabo abanyamero babirabukwa aho biteretse mw’isahani bakamucunga ku kigohe mbere bamwe n’iryinyo bagashinga ko, bagatangazwa n’uko basanze ari ibuye ryibereye aho’o. Yemwe ngo iyarara ni ryo rimwihera. Dani avuga Ko … Lire la suite de Ashushanya inyama n’ivyamwa bikozwe mu masashe n’impapuro. Birasize ubwenge