Gufungura ingaburo yikwije birashoboka mu mitumba?

Imfungurwa z’umurundi wo hasi, wo mu mitumba ya kure nka za Muruta, Bugabira, Cankuzo canke Giheta zitandukaniye ku tuntu duto. Bakunda gufungura ivyo birimira, kandi kuri bo, igikuru nuko bironkera ico barya, ibijanye n’akamaro k’imfungurwa, ntubabaze. Ibi biri mu matohoza twakoze i Muruta mu ntara ya Kayanza no mu Giheta mu ntara ya Gitega. Kayanza, … Lire la suite de Gufungura ingaburo yikwije birashoboka mu mitumba?