Fizzo na Sat-B, ni beef canke ni game ?
Iminsi yariheze ata majambo menshi avugwa kuri ibi bihangange mu muziki. Kuva kuri Primusic iheruka, aho Sat-B yahamagara Fizzo kuri stage ngo baririmbane. Benshi biyumvira ko Bantu Bwoy na Empire Avenue, labels zabo bo stars, zigiye gusenyera ku mugozi umwe mu guteza imbere music industry y’Uburundi. Umugani w’abaraho ngo « mon œil », vyaraye bihaye, kuva aho … Lire la suite de Fizzo na Sat-B, ni beef canke ni game ?
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer