#Curijambo, mu kurindira umuriyaridi wo gushiraho kazinduzi y’ikirundi

Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi akaba n’umuhinga mu bijanye n’indimi, kuri uyu wa 18 Mukakaro 2024 mu gihe hatanguzwa ku cicaro ca Éditions Gusoma indwi ya mbere ya rya sekeza #Curijambo, yari yerekeye amajambo atugora mu gisata c’ubutunzi. Kubwa Chantal Ntima, arongoye MDE, ishirahamwe riherekeza abitunganiriza imigambi, avuga ko hari intambamyi … Lire la suite de #Curijambo, mu kurindira umuriyaridi wo gushiraho kazinduzi y’ikirundi