«Niwaba udashorwa, umwavu uhingurirwa mu Burundi wijukiwe n’abarimyi»

Mu gihe ubushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi buheruka gukwiragiza ya fumbire ihingurirwa mu gihugu c’Uburundi yo mu bwoko bwa Fomi,  ishwagara yo mu mirima, imiti  yica udukoko tubangamira imirima mu ntara zose z’igihugu, haracibonekeza abanyagihugu benshi bakiyirondera. Ivyo rero ngo bikaba bishimisha ubushikiranganji kuko vyerekana ko bijukiye kuyikoresha, nibaba batayigurisha mu mpisho. Vyashikirijwe na Emmanuel Ndoricimpa, … Lire la suite de «Niwaba udashorwa, umwavu uhingurirwa mu Burundi wijukiwe n’abarimyi»