Mu Burundi, ingo zitandatu kw’ijana nta misarani zifise

Mu Burundi, ibiharuro bihari vyerekana ko ibice 6% vy’ingo ata misarani zifise. 94% na zo zirafise imisarani ariko ntibereye, ingo 16% gusa akaba ari zo zifise imisarani ibereye. Ivyo vyashikirijwe na Prosper Muyuku akora mu gisata c’isuku n’isukura mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu. Mu gihe kw’igenekerezo rya 19 Munyonyo hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe umusarani ubereye, uburundi … Lire la suite de Mu Burundi, ingo zitandatu kw’ijana nta misarani zifise