Umwaka w’ishuri wa 2019-2020: ibitigiri vy’abana vyiyongereye ibice 10% ugereranije n’umwaka uheze

Muri uwu mwaka w’ishuri wa 2019-2020, ibitigiri vy’abanyeshuri vyitezwe bo mu mashuri shingiro n’ayayakurikira birenga 3 000 000. Aho harimwo abashika 2 900 000 bo mu mashuri shingiro, n’abarenga gato 400 000 bo mu bisata bitandukanye bishika 31 vyo mu gice ca kabiri c’amashuri yisumbuye. Mur’abo, abari mu bisata vy’imyuga barenga gato 60 000 gusa. Vyashishikirijwe n’umushikiranganji … Lire la suite de Umwaka w’ishuri wa 2019-2020: ibitigiri vy’abana vyiyongereye ibice 10% ugereranije n’umwaka uheze