I Nyabiraba, urwaruka rurishimiye kuba mu mashirahamwe
Benjamin Manirakiza, Ivone Nkeshimana, Nestor Nikwigize ni bamwe mu Rwaruka rutarera amaboko ku gikorwa, kandi baritanga mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana. Ni mu mubonano ikinyamakuru Jimbere cagiranye na bo. Turi ku munsi wa gatanu, ni umunsi w’isoko. Uruja n’uruza rw’abantu n’ibintu ntiworaba, akamwemwe ni kose ku bakenyezi bariko baradandaza muri iyo soko. «Umwimbu wama … Lire la suite de I Nyabiraba, urwaruka rurishimiye kuba mu mashirahamwe
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer